Yobu 8:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Ni ko n’iminyuro y’abibagira Imana bose imera+,Kandi n’icizigiro c’umuhuni kizozimangana+, Yobu 16:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 “Numvise vyinshi nk’ivyo.Mwese muri abahoza batera umubabaro+! Yobu 42:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Yehova amaze kubwira Yobu ayo majambo, Yehova abwira Elifazi Umutemani ati:“Ishavu ryanje rirakururumbiye wewe na bagenzawe babiri+, kuko mutamvuzeko ivy’ukuri+ nk’uko umusavyi wanje Yobu yagize.
13 Ni ko n’iminyuro y’abibagira Imana bose imera+,Kandi n’icizigiro c’umuhuni kizozimangana+, Yobu 16:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 “Numvise vyinshi nk’ivyo.Mwese muri abahoza batera umubabaro+! Yobu 42:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Yehova amaze kubwira Yobu ayo majambo, Yehova abwira Elifazi Umutemani ati:“Ishavu ryanje rirakururumbiye wewe na bagenzawe babiri+, kuko mutamvuzeko ivy’ukuri+ nk’uko umusavyi wanje Yobu yagize.
7 Yehova amaze kubwira Yobu ayo majambo, Yehova abwira Elifazi Umutemani ati:“Ishavu ryanje rirakururumbiye wewe na bagenzawe babiri+, kuko mutamvuzeko ivy’ukuri+ nk’uko umusavyi wanje Yobu yagize.