Zaburi 40:1 Bibiliya y’isi nshasha 40 Narizigiye Yehova rwose+,Na we araheza antega ugutwi, yumva ugutabaza kwanje+. Zaburi 142:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Imbere yiwe nagumye nsuka amaganya yanje+;Imbere yiwe nabandanije kuvuga amarushwa yanje+, Luka 18:1 Bibiliya y’isi nshasha 18 Maze abandanya kubaha ikigereranyo ku vy’uko bikenewe ko bama basenga kandi ntibadebukirwe+,
2 Imbere yiwe nagumye nsuka amaganya yanje+;Imbere yiwe nabandanije kuvuga amarushwa yanje+, Luka 18:1 Bibiliya y’isi nshasha 18 Maze abandanya kubaha ikigereranyo ku vy’uko bikenewe ko bama basenga kandi ntibadebukirwe+,