ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yobu 31:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Kandi nkaba nahora ndya jenyene ikimanyu canje c’umukate+,

      Mugabo impfuvyi* ntikiryeko

  • Yobu 42:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Ubu rero nimwitorere amashūri indwi n’impfizi z’intama indwi+ muheze muje ku musavyi wanje Yobu+, mushikane ku bwanyu ikimazi giturirwa; kandi Yobu umusavyi wanje ubwiwe arabasabira+. Ni we gusa nza kwemera kugira sindabakorere ubusazi bw’agaterasoni, kuko mutamvuzeko ivy’ukuri, nk’uko umusavyi wanje Yobu+ yagize.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika