ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Abami 9:28
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 28 Nuko baja i Ofiri+, bakurayo italanto amajana ane na mirongo ibiri z’inzahabu+, bazizanira Umwami Salomo.

  • Yobu 28:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Ntibworihwa inzahabu y’i Ofiri+,

      Canke ibuye rya onigisi ry’imbonekarimwe na safiro.

  • Zaburi 45:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  9 Abakobwa+ b’abami bari mu bagore bawe b’agaciro.

      Umugore w’iteka w’umwami+ ahagaze iruhande y’ukuryo kwawe yisakaye inzahabu z’i Ofiri+.

  • Yesaya 13:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Umuntu buntu nzomugira imbonekarimwe kuruta inzahabu ityoroye+, n’umuntu yakuwe mw’ivu kuruta inzahabu y’i Ofiri+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika