1 Abami 10:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Kandi umugwi w’imeri za Hiramu+ wazana inzahabu uzikuye i Ofiri+, warakura i Ofiri n’ibiti vya alugumu+ vyinshi cane be n’amabuye y’agaciro+. 1 Ngoma 29:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 italanto ibihumbi bitatu z’inzahabu, z’inzahabu y’i Ofiri+, n’italanto ibihumbi indwi z’ifeza ityoroye, ku bwo gupfuka impome za nya mazu; Zaburi 45:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Abakobwa+ b’abami bari mu bagore bawe b’agaciro.Umugore w’iteka w’umwami+ ahagaze iruhande y’ukuryo kwawe yisakaye inzahabu z’i Ofiri+.
11 Kandi umugwi w’imeri za Hiramu+ wazana inzahabu uzikuye i Ofiri+, warakura i Ofiri n’ibiti vya alugumu+ vyinshi cane be n’amabuye y’agaciro+.
4 italanto ibihumbi bitatu z’inzahabu, z’inzahabu y’i Ofiri+, n’italanto ibihumbi indwi z’ifeza ityoroye, ku bwo gupfuka impome za nya mazu;
9 Abakobwa+ b’abami bari mu bagore bawe b’agaciro.Umugore w’iteka w’umwami+ ahagaze iruhande y’ukuryo kwawe yisakaye inzahabu z’i Ofiri+.