2 Ngoma 8:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Kandi Hiramu+ yama amurungikira biciye ku basuku biwe imeri n’abasuku bazi ikiyaga+, bakajana n’abasuku ba Salomo i Ofiri+ hanyuma bagakurayo italanto+ amajana ane na mirongo itanu z’inzahabu+, bakazizanira Umwami Salomo+. 1 Petero 1:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 kugira ngo agaciro kagejejwe k’ukwizera kwanyu+, kamwe karusha agaciro inzahabu ishira naho isuzumishwa umuriro ikarama+, kazosangwe ari imvo y’ugushimagizwa n’ubuninahazwa n’iteka kw’ihishurwa+ rya Yezu Kristu. Ivyahishuwe 3:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 nkugiriye inama ngo ungureko inzahabu+ ityorojwe umuriro kugira ngo ube umutunzi, n’impuzu zo hejuru zera kugira ngo wambare no kugira ngo isoni z’ubwambure bwawe ntizerekanwe+, n’umuti wo gusiga mu maso+ yawe kugira ngo ubone.
18 Kandi Hiramu+ yama amurungikira biciye ku basuku biwe imeri n’abasuku bazi ikiyaga+, bakajana n’abasuku ba Salomo i Ofiri+ hanyuma bagakurayo italanto+ amajana ane na mirongo itanu z’inzahabu+, bakazizanira Umwami Salomo+.
7 kugira ngo agaciro kagejejwe k’ukwizera kwanyu+, kamwe karusha agaciro inzahabu ishira naho isuzumishwa umuriro ikarama+, kazosangwe ari imvo y’ugushimagizwa n’ubuninahazwa n’iteka kw’ihishurwa+ rya Yezu Kristu.
18 nkugiriye inama ngo ungureko inzahabu+ ityorojwe umuriro kugira ngo ube umutunzi, n’impuzu zo hejuru zera kugira ngo wambare no kugira ngo isoni z’ubwambure bwawe ntizerekanwe+, n’umuti wo gusiga mu maso+ yawe kugira ngo ubone.