Itanguriro 11:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Inyuma y’ivyo Yehova aravuga ati: “Ehe bagize igisata c’abantu kimwe, kandi bose bavuga ururimi rumwe+, none ibi ni vyo batanguye gukora. Erega, ubu nta kintu na kimwe bokwiyumvira gukora batazoshobora gushikako+. Luka 1:51 Bibiliya y’isi nshasha 51 Yakoze ibikomeye n’ukuboko kwiwe+, yashwiragije abibona mu vyiyumviro vy’imitima yabo+.
6 Inyuma y’ivyo Yehova aravuga ati: “Ehe bagize igisata c’abantu kimwe, kandi bose bavuga ururimi rumwe+, none ibi ni vyo batanguye gukora. Erega, ubu nta kintu na kimwe bokwiyumvira gukora batazoshobora gushikako+.