ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 44:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 Umwe abwira inyenga y’amazi ati: ‘Nimutumuke; kandi inzuzi zanyu zose nzozikamya+’;

  • Yesaya 45:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 45 Ibi ni vyo Yehova abwiye uwo yarobanuje amavuta+, Kuro, uwo mfashe ukuryo+, ngo ntume amahanga ayoboka imbere yiwe+, kugira ngo nkenyurure amafyinga y’abami; ngo nugurure imbere yiwe ya miryango y’inzugi zibirizibiri, ku buryo n’amarembo atazokwugarwa:

  • Yeremiya 50:38
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 38 Hari agatikizo ku mazi yiwe; bazoyakamya ata kabuza+. Kuko ari igihugu c’ibishusho bibajwe+, kandi kubera ivyo berekwa vy’agacavutu, baguma bakora nk’abasazi.

  • Yeremiya 51:32
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 32 ko ivyambu vyafashwe+, ko amato y’urufunzo yaturijwe umuriro, be n’uko abarwanyi bahagaritse umutima+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika