ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yobu 5:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Imwe igwisha imvura ku buringanire bw’isi+

      Ikarungika amazi ku gahinga k’inkumbagare+;

  • Yobu 26:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  8 Itekera amazi mu bicu vyayo+,

      Ku buryo ibicu bidasaduka kubera uburemere bwayo;

  • Yobu 37:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Biciye ku mpemu z’Imana, ibibarafu biraboneka+,

      Ubwaguke bw’amazi na bwo bukaguma butangiriwe+.

  • Imigani 30:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Ni nde yaduze mw’ijuru kugira ngo amanuke+? Ni nde yakoranije umuyaga mu biganza vyompi+? Ni nde yatekeye amazi mu mutamana+? Ni nde yadugije impera zose z’isi+? Yitwa nde+, kandi umuhungu wiwe yitwa nde, nimba ubizi+?

  • Yesaya 40:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Ni nde yageze amazi mu rushi rwiwe gusa+, agapima ingero z’amajuru akoresheje gusa itambwe ry’intoke+ kandi agashira mu gapimisho umukungugu w’isi+, canke agapima uburemere bw’imisozi akoresheje ikigeresho, agapima n’imirambi ku munzane?

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika