Yobu 19:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Raba! Nguma nsemerera nti: ‘Ubukazi!’ mugabo nta nyishu ndonka+;Nguma ntabaza, mugabo nta butungane+. Zaburi 22:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Ewe Mana yanje, nguma mpamagara ku murango, nawe ntiwishure+;Ndahamagara no mw’ijoro, kandi sinigera ncereza+. Gucura intimba 3:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Vyongeye, iyo ndamutakambiye, nkamutabaza, aratangira koko isengesho ryanje+.
7 Raba! Nguma nsemerera nti: ‘Ubukazi!’ mugabo nta nyishu ndonka+;Nguma ntabaza, mugabo nta butungane+.
2 Ewe Mana yanje, nguma mpamagara ku murango, nawe ntiwishure+;Ndahamagara no mw’ijoro, kandi sinigera ncereza+.