Yobu 30:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Ndagutabaza, ariko ntunyishura+;Nagumye mpagaze, kugira ngo unzirikane. Zaburi 22:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Ewe Mana yanje, nguma mpamagara ku murango, nawe ntiwishure+;Ndahamagara no mw’ijoro, kandi sinigera ncereza+. Zaburi 80:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Ewe Yehova Mana nyen’ingabo, uzogeza ryari gufumba ushavurira isengesho ry’abantu bawe+? Zaburi 102:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Ntumpishe mu maso hawe ku musi ngeze habi+.Ntega ugutwi+;Ku musi mpamagaye, nunyaruke, unyishure+. Imigani 15:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Yehova ari kure y’ababisha+, mugabo yumva isengesho ry’abagororotsi+. Yesaya 1:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Iyo mugaranzuye ibiganza+, ndabahisha amaso yanje+. Naho mutura amasengesho menshi+, sinumviriza+; amaboko yanyu asigaye yuzuye ugusesa amaraso+. Mika 3:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Ico gihe bazotabaza Yehova, mugabo ntazobishura+. Azobahisha mu maso hiwe ico gihe+, nk’uko na bo bagize nabi mu vyo bakoze+.
2 Ewe Mana yanje, nguma mpamagara ku murango, nawe ntiwishure+;Ndahamagara no mw’ijoro, kandi sinigera ncereza+.
15 Iyo mugaranzuye ibiganza+, ndabahisha amaso yanje+. Naho mutura amasengesho menshi+, sinumviriza+; amaboko yanyu asigaye yuzuye ugusesa amaraso+.
4 Ico gihe bazotabaza Yehova, mugabo ntazobishura+. Azobahisha mu maso hiwe ico gihe+, nk’uko na bo bagize nabi mu vyo bakoze+.