Yobu 34:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Mu gihe ubwiwe atumye haba impore, ni nde none yomutsindisha?Mu gihe ahishije mu maso hiwe+, ni nde yomwitegereza,Vyaba bigiriwe ihanga+ canke umuntu, akaba ari cokimwe? Zaburi 13:1 Bibiliya y’isi nshasha 13 Uzogeza ryari ga Yehova kunyibagira+? Ibihe bidahera+?Uzogeza ryari kumpisha mu maso hawe+? Zaburi 27:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Ntumpishe mu maso hawe+.Ntiwigizeyo umusavyi wawe washavuye+.Numbere imfashanyo+.Ntumpebe, ntunte, ewe Mana y’ubukiriro bwanje+! Zaburi 69:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Kandi ntuhishe mu maso hawe umusavyi wawe+.Kubera ko ngeze habi, nunyishure ningoga+. Zaburi 88:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Kubera iki ga Yehova ushibura ubuzima bwanje+?Kubera iki uguma umpisha amaso yawe+? Gucura intimba 1:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Ewe Yehova, raba, kuko ngeze habi. Amara yanje ariko aradobangana+.Umutima wanje wacurangukiye muri jewe+, kuko nagararije koko+.Hanze inkota yarahekuye+. Mu nzu na ho nyene ni urupfu+.
29 Mu gihe ubwiwe atumye haba impore, ni nde none yomutsindisha?Mu gihe ahishije mu maso hiwe+, ni nde yomwitegereza,Vyaba bigiriwe ihanga+ canke umuntu, akaba ari cokimwe?
9 Ntumpishe mu maso hawe+.Ntiwigizeyo umusavyi wawe washavuye+.Numbere imfashanyo+.Ntumpebe, ntunte, ewe Mana y’ubukiriro bwanje+!
20 Ewe Yehova, raba, kuko ngeze habi. Amara yanje ariko aradobangana+.Umutima wanje wacurangukiye muri jewe+, kuko nagararije koko+.Hanze inkota yarahekuye+. Mu nzu na ho nyene ni urupfu+.