Zaburi 69:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Kandi ntuhishe mu maso hawe umusavyi wawe+.Kubera ko ngeze habi, nunyishure ningoga+. Zaburi 143:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Nunyaruke, nunyishure, ewe Yehova+!Inkomezi zanje zirarangiye*+.Mu maso hawe ntuhampishe+,Ahandiho noca mera nk’abamanuka mu cobo+. Yesaya 59:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Oya, ahubwo amakosa yanyu ni yo yabaye ibibatandukanya n’Imana yanyu+, kandi ibicumuro vyanyu ni vyo vyatumye muhishwa mu maso hayo ngo ntiyumve+.
7 Nunyaruke, nunyishure, ewe Yehova+!Inkomezi zanje zirarangiye*+.Mu maso hawe ntuhampishe+,Ahandiho noca mera nk’abamanuka mu cobo+.
2 Oya, ahubwo amakosa yanyu ni yo yabaye ibibatandukanya n’Imana yanyu+, kandi ibicumuro vyanyu ni vyo vyatumye muhishwa mu maso hayo ngo ntiyumve+.