1 Samweli 2:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Ntimuvuge menshi mubigiranye ubwibone bwinshi gutyo,Ntihagire ikintu akanwa kanyu kavugana ugushirukanya+,Kuko Yehova ari Imana y’ubumenyi+,Kandi ibikorwa arabigera ata karenganyo+. Daniyeli 5:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 “TEKELI: Wagezwe ku munzane maze uboneka ko uhajije+.
3 Ntimuvuge menshi mubigiranye ubwibone bwinshi gutyo,Ntihagire ikintu akanwa kanyu kavugana ugushirukanya+,Kuko Yehova ari Imana y’ubumenyi+,Kandi ibikorwa arabigera ata karenganyo+.