ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yobu 2:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Yehova yongera kubwira Shetani ati: “Mbega washize umutima wawe ku musavyi wanje Yobu+, ukabona ko ata n’umwe ameze nka we mw’isi, ko ari umuntu atagirako umugayo kandi agororotse+, atinya Imana+ kandi agaca kure ikibi+? Mbere n’ubu aracagumije ugutungana* kwiwe+, naho unshuhurira+ kuri we ngo ndamurotse ata gituma+.”

  • Yobu 27:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  5 Ni ibitokwiyumvirwa kuri jewe ko mwebwe nobita abagororotsi+!

      Gushika ncikanye, sinzokwiyambura ugutungana kwanje+!

  • Zaburi 7:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  8 Yehova ubwiwe azosomera urubanza ibisata vy’abantu+.

      Ncira urubanza, Yehova we, nk’uko ubugororotsi bwanje buri+,

      Nk’uko kandi ugutungana* kwanje kwo muri jewe kuri+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika