Zaburi 78:36 Bibiliya y’isi nshasha 36 Bagerageza kuyihenda n’akanwa kabo+;Bagerageza kuyibesha n’ururimi rwabo+. 2 Abakorinto 13:1 Bibiliya y’isi nshasha 13 Iri ni irigira gatatu+ nje iwanyu. “Ikintu cose gitegerezwa kwemezwa bivuye ku ntahe ishinzwe* n’ivyabona bibiri canke bitatu+.” Tito 1:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Ni nkenerwa kubazivya iminwa, kuko abo bantu nyene baguma batembagaza ingo uko zakabaye+, mu kwigisha ivyo batabwirizwa kwigisha, kugira baronke inyungu mbi+.
13 Iri ni irigira gatatu+ nje iwanyu. “Ikintu cose gitegerezwa kwemezwa bivuye ku ntahe ishinzwe* n’ivyabona bibiri canke bitatu+.”
11 Ni nkenerwa kubazivya iminwa, kuko abo bantu nyene baguma batembagaza ingo uko zakabaye+, mu kwigisha ivyo batabwirizwa kwigisha, kugira baronke inyungu mbi+.