Zaburi 39:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Umutima wanje warashuhiye imbere muri jewe+;Mu gihe c’ukuniha kwanje umuriro wagumye waka.Navuze n’ururimi rwanje nti: Yeremiya 20:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Nuko mvuga nti: “Sinzovuga ivyiwe, kandi sinzokwongera kuvuga mw’izina ryiwe+.” Mugabo mu mutima wanje haba nk’umuriro ururumba wugaraniwe mu magufa yanje; nduhishwa no kuwugumya, sinashobora kuwihanganira+. Ivyakozwe 18:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Uwo mugabo yari yarigishijwe ku munwa mu nzira ya Yehova, kandi kubera yuko yarurumba impwemu+, yaravuga akongera akigisha ivyerekeye Yezu mu buryo bugororotse, mugabo akaba yari azi gusa ibatisimu+ ya Yohani.
3 Umutima wanje warashuhiye imbere muri jewe+;Mu gihe c’ukuniha kwanje umuriro wagumye waka.Navuze n’ururimi rwanje nti:
9 Nuko mvuga nti: “Sinzovuga ivyiwe, kandi sinzokwongera kuvuga mw’izina ryiwe+.” Mugabo mu mutima wanje haba nk’umuriro ururumba wugaraniwe mu magufa yanje; nduhishwa no kuwugumya, sinashobora kuwihanganira+.
25 Uwo mugabo yari yarigishijwe ku munwa mu nzira ya Yehova, kandi kubera yuko yarurumba impwemu+, yaravuga akongera akigisha ivyerekeye Yezu mu buryo bugororotse, mugabo akaba yari azi gusa ibatisimu+ ya Yohani.