17 Eka mbere nta bashira umuvinyu mushasha mu mikuza y’inshato ishaje; kuko babigize iyo mikuza y’inshato iturika, nya muvinyu ugaseseka, ya mikuza na yo igashwanyagurika+. Mugabo umuvinyu mushasha bawushira mu mikuza y’inshato mishasha, maze vyompi bikarama+.”