Itanguriro 31:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Maze Imana iza kuri Labani Umusiriya+ mu ndoto mw’ijoro+, imubwira iti: “Wiyubare ntuvugane na Yakobo ineza canke inabi+.”
24 Maze Imana iza kuri Labani Umusiriya+ mu ndoto mw’ijoro+, imubwira iti: “Wiyubare ntuvugane na Yakobo ineza canke inabi+.”