ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 34:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Kandi Musa yari afise imyaka ijana na mirongo ibiri igihe yapfa+. Amaso yiwe ntiyari bwabone ivyijiji+, n’inkomezi ziwe ntizari bwamuveko+.

  • Yobu 42:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Inyuma y’ivyo Yobu abandanya kubaho imyaka ijana na mirongo ine+, arabona abahungu biwe n’abuzukuru biwe+: amayaruka ane.

  • Zaburi 103:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  5 Agahaza ubuzima bwawe ivyiza+;

      Ubuto bwawe buguma bwiyubura nk’ubw’inkona+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika