Yobu 10:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Ivyo bikaba kandi uzi yuko ntari mw’ikosa+,Kandi ata wuriho arokora mu kuboko kwawe+? Yobu 16:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Naho ata bukazi buri ku biganza vyanje,N’isengesho ryanje rikaba rityoroye+. Yobu 34:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Kuko Yobu avuga ngo: ‘Ndi mu kuri koko+,Ariko Imana ni yo yakebeje urubanza rwanje+.