22 Gutyo Yehova akiza Hezekiya n’ababa i Yeruzalemu abakuye mu kuboko kwa Senakeribu umwami wa Ashuri+ no mu kuboko kw’abandi bose, hanyuma abaha akaruhuko impande zose+.
11 Petero na we, agaruye akenge, avuga ati: “Ubu rero ndamenye vy’ukuri yuko Yehova yatumye umumarayika wiwe+ akandokora+ mu kuboko kwa Herodi no mu vyo abantu bo mu Bayuda bari biteze vyose.”