ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 34:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  7 Umumarayika wa Yehova akambitse irya n’ino y’abatinya Imana+,

      Kandi arabakiza+.

  • Daniyeli 3:28
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 28 Nebukadinezari avuga ati: “Hahezagirwe Imana ya Shaduraki na Meshaki na Abedinego+ yarungitse umumarayika wayo+, ikarokora abasavyi bayo bayizigiye+ kandi bagahindura ijambo ry’umwami, bagatanga imibiri yabo, kuko batemeye gukorera+ canke gusenga+ iyindi mana n’imwe, kiretse Imana yabo+.

  • Daniyeli 6:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Imana yanje+ yarungitse umumarayika wayo+, yugara iminwa y’izi ntambwe+, kandi ntizangiriye nabi, kuko imbere yayo nabonetse ko ndi intungane+; kandi n’imbere yawe mwami, nta kibi nakoze+.”

  • Abaheburayo 1:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Mbega bose si impwemu+ ku bw’igikorwa gikorerwa abantu+, zatumwe gukorera abagiye kuzotorana+ ubukiriro?

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika