Zaburi 22:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Rokora ubuzima bwanje ubukize inkota+,Ubwo mfise bwonyene ubukize ijanja ry’imbwa+; Zaburi 57:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Ubuzima bwanje buri hagati y’intambwe+;Nta kundi ndi bugire atari ukuryama mu birotsanyi, abana b’abantu,Amenyo yabo akaba ari amacumu n’imyampi+,Ururimi rwabo na rwo rukaba ari inkota ikarishe+.
20 Rokora ubuzima bwanje ubukize inkota+,Ubwo mfise bwonyene ubukize ijanja ry’imbwa+; Zaburi 57:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Ubuzima bwanje buri hagati y’intambwe+;Nta kundi ndi bugire atari ukuryama mu birotsanyi, abana b’abantu,Amenyo yabo akaba ari amacumu n’imyampi+,Ururimi rwabo na rwo rukaba ari inkota ikarishe+.
4 Ubuzima bwanje buri hagati y’intambwe+;Nta kundi ndi bugire atari ukuryama mu birotsanyi, abana b’abantu,Amenyo yabo akaba ari amacumu n’imyampi+,Ururimi rwabo na rwo rukaba ari inkota ikarishe+.