Zaburi 10:1 Bibiliya y’isi nshasha 10 Kubera iki ga Yehova uguma uhagaze kure cane+?Kubera iki uguma winyegeje mu bihe vy’amarushwa+? Zaburi 71:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Ewe Mana, ntungume kure+.Ewe Mana yanje, nyaruka umfashe+.