Imigani 4:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Kuko badasinzira badakoze ikibi+, n’itiro ryabo rigatwarwa iyo badatsitaje umuntu+. Mika 2:1 Bibiliya y’isi nshasha 2 “Baragowe abaja umugambi wo kugira nabi be n’abategura ibibi bari ku bitanda vyabo+! Bupfa guca bakabikora+, kuko babishoboye+.
2 “Baragowe abaja umugambi wo kugira nabi be n’abategura ibibi bari ku bitanda vyabo+! Bupfa guca bakabikora+, kuko babishoboye+.