Zaburi 17:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Haguruka, Yehova we; nuhangane na we amaso mu yandi+;Mwunamike; kiza ubuzima bwanje umubisha ukoresheje inkota yawe+, Zaburi 40:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Mugabo jewe ndi umurushwa n’umworo+.Yehova ubwiwe aranyitaho+.Uri umufasha wanje ukaba n’uwunkiza+.Ewe Mana yanje, ntutebe birenze+.
13 Haguruka, Yehova we; nuhangane na we amaso mu yandi+;Mwunamike; kiza ubuzima bwanje umubisha ukoresheje inkota yawe+,
17 Mugabo jewe ndi umurushwa n’umworo+.Yehova ubwiwe aranyitaho+.Uri umufasha wanje ukaba n’uwunkiza+.Ewe Mana yanje, ntutebe birenze+.