ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Ngoma 5:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 Amaherezo bafashwa kubarwanya, ku buryo Abahaguri n’abari kumwe na bo bose batangwa mu kuboko kwabo, kuko bari batabaje+ Imana muri iyo ntambara, na yo ikemera kwingingwa ku bwabo kuko bari bayizigiye+.

  • Zaburi 22:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  4 Ba data barakwizigiye+;

      Barizigiye, nawe uguma ubakiza+.

  • Daniyeli 3:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Asangwa ari ukwo biri, Imana yacu dukorera irashobora kuturokora. Iraturokora muri iryo tanure ry’umuriro ururumba, no mu kuboko kwawe, mwami+.

  • Daniyeli 6:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 Maze umwami arahimbarwa cane+, aca ategeka ko Daniyeli aduzwa agakurwa muri ico cobo. Daniyeli araduzwa akurwa muri ico cobo, kandi basanga nta na kimwe yabaye, kuko yari yizigiye Imana yiwe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika