2 Samweli 16:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Kumbure Yehova ari bubone+ n’ijisho ryiwe, kandi Yehova ntabura kunsubiza ineza mu kibanza c’umuvumo wa Shimeyi w’uyu musi+.” Zaburi 39:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 None ico nizigiye ni igiki, ewe Yehova?Ni wewe niteze+. Zaburi 123:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Raba! Nk’uko amaso y’abasuku yama ahanze ukuboko kwa shebuja+,Nk’uko amaso y’umusukukazi yama ahanze ukuboko kwa inabuja+,Ni ko amaso yacu yama ahanze Yehova Imana yacu+Gushika atugiriye ubutoni+.
12 Kumbure Yehova ari bubone+ n’ijisho ryiwe, kandi Yehova ntabura kunsubiza ineza mu kibanza c’umuvumo wa Shimeyi w’uyu musi+.”
2 Raba! Nk’uko amaso y’abasuku yama ahanze ukuboko kwa shebuja+,Nk’uko amaso y’umusukukazi yama ahanze ukuboko kwa inabuja+,Ni ko amaso yacu yama ahanze Yehova Imana yacu+Gushika atugiriye ubutoni+.