ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 29:32
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 32 Leya aribungenga hanyuma avyara umuhungu, amwita Rubeni+, kuko yavuga ati: “Ni kubera yuko Yehova yitegereje amarushwa yanje+, kuko ubu umugabo wanje azotangura kunkunda.”

  • Kuvayo 2:25
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 Nuko Imana yitegereza bene Isirayeli, ibona uko bamerewe.

  • Kuvayo 3:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Nuko Yehova yongerako ati: “Nabonye koko amarushwa abantu banje barimwo mu Misiri, kandi numvise amaborogo yabo kubera ababahindagiza ku bikorwa; kuko nzi neza imibabaro barimwo+.

  • Zaburi 25:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Nubone amarushwa yanje n’ivyago vyanje+,

      Kandi uharire ibicumuro vyanje vyose+.

  • Imigani 15:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Amaso ya Yehova ari ahantu hose+, akaguma areretse ababi n’abeza+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika