Zaburi 35:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Mugabo igihe naba ncumbagiye baranezerwa, bagakoranira hamwe+;Barakoranira hamwe ngo bandwanye+,Bakankubita hasi ntabizi+;Barantabagura ntibacereze+. Yeremiya 20:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Kuko numvise inkuru mbi ya benshi+. Irya n’ino hari ivutu. “Nimubivuge, kugira ngo tuvuge ivyiwe+.” Abantu buntu* bose bambwira bati: “Amahoro!”—bareretse ko nocumbagira+, bakavuga bati: “Hari aho yohendeka+, natwe tukamunesha, tukamwihora.”
15 Mugabo igihe naba ncumbagiye baranezerwa, bagakoranira hamwe+;Barakoranira hamwe ngo bandwanye+,Bakankubita hasi ntabizi+;Barantabagura ntibacereze+.
10 Kuko numvise inkuru mbi ya benshi+. Irya n’ino hari ivutu. “Nimubivuge, kugira ngo tuvuge ivyiwe+.” Abantu buntu* bose bambwira bati: “Amahoro!”—bareretse ko nocumbagira+, bakavuga bati: “Hari aho yohendeka+, natwe tukamunesha, tukamwihora.”