Zaburi 70:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Nibasubire inyuma bivuye ku bimaramare vyabo, abo bavuga ngo: “Ahaa! Ahaa+!” Zaburi 73:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Ewe kuntu bacitse akajoreza nko mu kanya isase+!Ese ingene bashitse kw’iherezo ryabo, bakamarwa n’ibica ivutu bukwi na bukwi!
3 Nibasubire inyuma bivuye ku bimaramare vyabo, abo bavuga ngo: “Ahaa! Ahaa+!” Zaburi 73:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Ewe kuntu bacitse akajoreza nko mu kanya isase+!Ese ingene bashitse kw’iherezo ryabo, bakamarwa n’ibica ivutu bukwi na bukwi!
19 Ewe kuntu bacitse akajoreza nko mu kanya isase+!Ese ingene bashitse kw’iherezo ryabo, bakamarwa n’ibica ivutu bukwi na bukwi!