Zaburi 12:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Baguma babwirana ivy’ububeshi+;Baguma bavugisha akanwa gasosa+, n’imitima ibiri+. Imigani 26:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Umwankanyi yiyoberanisha iminwa yiwe, mugabo imbere muri we ashirayo ubuhendanyi+.