Zaburi 55:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Umutima wanje uri mu mubabaro ukaze muri jewe+,Kandi uguca ivutu kw’urupfu kunguyeko+. Mariko 14:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Araheza ababwira ati: “Umutima wanje uri n’intuntu nyinshi cane+, imwe yo kunyica. Sigare ng’aha kandi mugume muri maso+.”
34 Araheza ababwira ati: “Umutima wanje uri n’intuntu nyinshi cane+, imwe yo kunyica. Sigare ng’aha kandi mugume muri maso+.”