ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 3:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  2 Benshi bamvugako ngo:

      “Nta bukiriro afise ku Mana+.” Sela*.

  • Zaburi 79:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Kuki amahanga yovuga ngo: “Imana yabo iri hehe+?”

      Uguhōra amaraso y’abasavyi bawe yasheshwe+

      Nikumenyekane mu mahanga mu maso yacu+.

  • Yoweli 2:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 “Hagati y’ibaraza n’igicaniro+, abaherezi, abasuku ba Yehova, nibarire bavuge bati: ‘Umvira akagongwe abantu bawe, Yehova we, kandi intoranwa yawe ntuyigire iceyi+, ngo amahanga abaganze. Kubera iki bokwirirwa baravugira mu bisata vy’abantu ngo: “Mbega Imana yabo iri he+?”’

  • Mika 7:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Umwansi wanje azobibona yicwe n’ibimaramare+, umwe yahora ambwira ngo: “Ari hehe Yehova Imana yawe+?” Amaso yanje azomwitegereza+. Ubu rero azocika ahantu ho guhonyanga, nk’urwondo rwo mu mabarabara+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika