Zaburi 42:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Ewe mutima wanje, kubera iki wihebuye+?Kubera iki usebagirika muri jewe+?Rindira Imana+,Kuko nzoshishikara kuyihaya ko ari yo bukiriro bwanje buhambaye+.
5 Ewe mutima wanje, kubera iki wihebuye+?Kubera iki usebagirika muri jewe+?Rindira Imana+,Kuko nzoshishikara kuyihaya ko ari yo bukiriro bwanje buhambaye+.