1 Samweli 17:45 Bibiliya y’isi nshasha 45 Dawidi na we abwira uwo Mufilisitiya ati: “Uje kuri jewe witwaje inkota n’icumu n’ikobero+, mugabo jewe nje kuri wewe nitwaje izina rya Yehova nyen’ingabo+, Imana y’abatonze urugamba ba Isirayeli, iyo wacokoye+. Hoseya 1:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Mugabo inzu ya Yuda nzoyigirira imbabazi+; nzobakiza jewe Yehova Imana yabo+, mugabo sinzobakirisha umuheto canke inkota canke intambara canke amafarasi canke abagendera ku mafarasi+.”
45 Dawidi na we abwira uwo Mufilisitiya ati: “Uje kuri jewe witwaje inkota n’icumu n’ikobero+, mugabo jewe nje kuri wewe nitwaje izina rya Yehova nyen’ingabo+, Imana y’abatonze urugamba ba Isirayeli, iyo wacokoye+.
7 Mugabo inzu ya Yuda nzoyigirira imbabazi+; nzobakiza jewe Yehova Imana yabo+, mugabo sinzobakirisha umuheto canke inkota canke intambara canke amafarasi canke abagendera ku mafarasi+.”