Zaburi 89:41 Bibiliya y’isi nshasha 41 Abahita ku nzira bose baramusahuye+;Yacitse iceyi ku babanyi biwe+. Yeremiya 15:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Ivyo ufise be n’amatunga yawe nzobitanga binyagwe+, atari ku kiguzi, ariko kubera ibicumuro vyawe vyose, egome, mu turere twawe twose+.
13 Ivyo ufise be n’amatunga yawe nzobitanga binyagwe+, atari ku kiguzi, ariko kubera ibicumuro vyawe vyose, egome, mu turere twawe twose+.