ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ezira 3:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Nuko batangura kwitabira mu gushemeza+ Yehova no mu kumukengurukira, “kuko ari mwiza+, kuko ubuntu bwuzuye urukundo bwiwe agirira Isirayeli ari ubwo gushika igihe kitagira urugero*+.” Abantu bose na bo bavuza akaruru n’ijwi rirenga+ bashemeza Yehova kubera hashinzwe umushinge w’inzu ya Yehova.

  • Zaburi 33:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  3 Nimumuririmbire ururirimbo rushasha+;

      Nimubashe imirya mujanisha n’akaruru k’umunezero+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika