ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 4:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Inyuma y’aho, Kayini aryamana n’umugore wiwe+, uno aribungenga hanyuma avyara Henoki. Maze atangura kwubaka igisagara, araheza yita ico gisagara izina ry’umuhungu wiwe Henoki+.

  • 1 Samweli 15:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Maze Samweli avyuka kare kugira abonane na Sauli mu gitondo. Mugabo Samweli amenyeshwa ngo: “Sauli yaje i Karumeli+, kandi ehe yishingiye icibutso+, hanyuma arahindukira, arajabuka maze amanuka i Gilugali.”

  • 2 Samweli 18:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Kandi Abusalomu ubwiwe akiriho, yari yarafashe inkingi+ arayishingira, ino ikaba iri mu Kiyaya co Hasi c’Umwami+, kuko yavuga ati: “Nta muhungu mfise kugira ngo izina ryanje rize rigume ryibukwa+.” Yita rero nya nkingi izina ryiwe+, kandi ibandanya kwitwa Icibutso ca Abusalomu gushika n’uyu musi.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika