Yobu 24:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Uruzuba, n’ubushuhe nyene, binyahura amazi ya shelegi;Ni ko n’ukuzimu kugira abacumuye+! Abaroma 5:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Yamara rero, urupfu rwaraganje kuva kuri Adamu gushika kuri Musa+, mbere no ku batari barakoze igicumuro gisa n’ukugabitanya kwa Adamu+, ari we asa n’umwe yabwirizwa kuza+. Ivyahishuwe 6:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Hanyuma ngize ntya, mbona ifarasi ibenjutse; izina ry’uwuyicayeko ryari Rupfu. Kandi Kuzimu+ yamukurikira agendera hafi yiwe. Bahabwa ububasha ku ca kane c’isi, ngo bicishe inkota+ ndende n’amapfa+ n’ikiza cica be n’ibikoko+ vyo kw’isi.
14 Yamara rero, urupfu rwaraganje kuva kuri Adamu gushika kuri Musa+, mbere no ku batari barakoze igicumuro gisa n’ukugabitanya kwa Adamu+, ari we asa n’umwe yabwirizwa kuza+.
8 Hanyuma ngize ntya, mbona ifarasi ibenjutse; izina ry’uwuyicayeko ryari Rupfu. Kandi Kuzimu+ yamukurikira agendera hafi yiwe. Bahabwa ububasha ku ca kane c’isi, ngo bicishe inkota+ ndende n’amapfa+ n’ikiza cica be n’ibikoko+ vyo kw’isi.