Itanguriro 4:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Ehe uyu musi uranyirukanye koko kuri ubu butaka, kandi mu maso hawe nzohahishwa+; nzocika inyererezi+ n’impunzi kw’isi, kandi nta nkeka uwuzombona wese azonyica+.” 2 Abami 13:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Ariko Yehova abagirira ubutoni+ yongera abagirira imbabazi+, abasubizako agatima ku bw’isezerano+ yagiranye na Aburahamu+ na Izahaki+ na Yakobo+; ntiyashaka kubahonya+, kandi ntiyabata ngo bave imbere y’amaso yiwe, gushika n’ubu. Zaburi 102:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Kubera imisibo yawe n’uburakari bwawe+;Kuko wandugije hejuru, kugira ngo unte kure+.
14 Ehe uyu musi uranyirukanye koko kuri ubu butaka, kandi mu maso hawe nzohahishwa+; nzocika inyererezi+ n’impunzi kw’isi, kandi nta nkeka uwuzombona wese azonyica+.”
23 Ariko Yehova abagirira ubutoni+ yongera abagirira imbabazi+, abasubizako agatima ku bw’isezerano+ yagiranye na Aburahamu+ na Izahaki+ na Yakobo+; ntiyashaka kubahonya+, kandi ntiyabata ngo bave imbere y’amaso yiwe, gushika n’ubu.