ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 21:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 bamubwira bati: “Urumva ivyo aba bariko baravuga?” Yezu ababwira ati: “Egome. Mbega ntimwigeze musoma+ ngo: ‘Bivuye mu kanwa k’inzoya n’abonka wazanye ishemezo+’?”

  • Luka 10:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Kuri iyo saha nyene abogaboga akanyamuneza+ mu mpwemu nyeranda, avuga ati: “Ndagushemeza icese, Data, Mukama w’ijuru n’isi, kubera ko ivyo bintu wabihishije inkerebutsi+ n’incabwenge uvyitondeye, ukabihishurira inzoya. Egome, Data, kubera ko kubigenza gutyo ari vyo washimye.

  • Ivyakozwe 4:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Aho baboneye ukutarya umunwa kwa Petero na Yohani, bagatahura yuko ari abantu batize kandi basanzwe+, baratangara. Baca bamenya yuko bahoranye na Yezu+.

  • 1 Abakorinto 1:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 mugabo Imana yatoye ivy’ubupfu vyo mw’isi+ kugira itetereze inkerebutsi; kandi Imana yatoye ivya goyigoyi vyo mw’isi kugira itetereze ibikomeye+;

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika