2 Samweli 15:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Dawidi aca abwira abasuku biwe bose bari kumwe na we i Yeruzalemu ati: “Haguruke duhunge+; kuko tutazoronka akaryo ko kunyaga amagara kubera Abusalomu! Gende ningoga kugira ntanyaruke ngo aduhamvye hanyuma atuzaneko ikibi yongere akubitishe igisagara ubugi bw’inkota+!” Zaburi 7:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Nimba narishuye ikibi uwunyihora+,Canke nimba naranyaze uwo wese anyanka mugabo ntaroranirwe+, Ivyakozwe 12:1 Bibiliya y’isi nshasha 12 Nko muri ico gihe nyene, Herodi umwami aramvura amaboko ngo agirire nabi+ bamwe mu bo mw’ishengero.
14 Dawidi aca abwira abasuku biwe bose bari kumwe na we i Yeruzalemu ati: “Haguruke duhunge+; kuko tutazoronka akaryo ko kunyaga amagara kubera Abusalomu! Gende ningoga kugira ntanyaruke ngo aduhamvye hanyuma atuzaneko ikibi yongere akubitishe igisagara ubugi bw’inkota+!”
12 Nko muri ico gihe nyene, Herodi umwami aramvura amaboko ngo agirire nabi+ bamwe mu bo mw’ishengero.