Zaburi 42:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Ewe Mana yanje, muri jewe umutima wanje wihebuye+.Ni co gituma nkwibuka+,Nkakwibuka ndi mu gihugu ca Yorodani no ku masonga ya Herumoni+,Ndi kuri wa musozi mutoyi+.
6 Ewe Mana yanje, muri jewe umutima wanje wihebuye+.Ni co gituma nkwibuka+,Nkakwibuka ndi mu gihugu ca Yorodani no ku masonga ya Herumoni+,Ndi kuri wa musozi mutoyi+.