1 Samweli 19:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Buno nyene Mikali yururutsa Dawidi amucishije mw’idirisha, kugira ngo agende, ahunge, anyage amagara+. Zaburi 7:1 Bibiliya y’isi nshasha 7 Ewe Yehova Mana yanje+, muri wewe ni ho nahungiye+.Nkiza abampama bose, undokore+, Zaburi 18:48 Bibiliya y’isi nshasha 48 Irankiza abansi banje buzuye ishavu+;Uzonduza unshire hejuru y’abankurira hasi+,Uzondokora unkize umuntu w’ubukazi+. Zaburi 71:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Ewe Mana yanje, nunkize ukuboko kw’umubisha+,Unkize ikiganza c’uwukora ivy’akarenganyo n’agahahazo+.
12 Buno nyene Mikali yururutsa Dawidi amucishije mw’idirisha, kugira ngo agende, ahunge, anyage amagara+.
7 Ewe Yehova Mana yanje+, muri wewe ni ho nahungiye+.Nkiza abampama bose, undokore+, Zaburi 18:48 Bibiliya y’isi nshasha 48 Irankiza abansi banje buzuye ishavu+;Uzonduza unshire hejuru y’abankurira hasi+,Uzondokora unkize umuntu w’ubukazi+. Zaburi 71:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Ewe Mana yanje, nunkize ukuboko kw’umubisha+,Unkize ikiganza c’uwukora ivy’akarenganyo n’agahahazo+.
48 Irankiza abansi banje buzuye ishavu+;Uzonduza unshire hejuru y’abankurira hasi+,Uzondokora unkize umuntu w’ubukazi+.
4 Ewe Mana yanje, nunkize ukuboko kw’umubisha+,Unkize ikiganza c’uwukora ivy’akarenganyo n’agahahazo+.