ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Samweli 17:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Tuzomutera muri kimwe mu bibanza azoba arimwo koko+, kandi twebwe ubwacu tuzomugwako nk’uko ikime+ kigwa ku butaka; kandi ata gukeka ntihazosigara n’umwe muri we n’abagabo bose bari kumwe na we.

  • Zaburi 3:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  7 Haguruka+, Yehova we! Nkiza+, Mana yanje we+!

      Kuko uzokubita abansi banje bose ku mubangabanga+.

      Amenyo y’ababisha uzoyamena+.

  • Zaburi 17:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  9 Kubera ababisha banyaze.

      Abansi b’ubuzima bwanje baguma bansugereza+.

  • Zaburi 59:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 59 Ndokora unkize abansi banje, ewe Mana yanje+;

      Nunkingire abampagurukira+.

  • Zaburi 140:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  4 Nundinde, ewe Yehova, amaboko y’umubisha+;

      Nunzigame undinde umuntu w’ibikorwa vy’ubukazi+,

      Abateguye umugambi wo guhenura intambuko zanje+.

  • Matayo 6:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Kandi ntutujane mu kigeragezo+, mugabo uturokore mu kudukiza wa mubisha+.’

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika