Zaburi 36:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Banywa ibinure vyo mu nzu yawe bagahozagara+;Ubanywesha ku ruzi rw’isumo rw’ibinezereza vyawe+. Zaburi 63:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Umutima wanje uhāze nk’uwuriye igihimba ciza kuruta ibindi, emwe, ikinure+,Akanwa kanje na ko gashikana ishemezo gakoresheje iminwa yuzuye akamo k’umunezero+.
5 Umutima wanje uhāze nk’uwuriye igihimba ciza kuruta ibindi, emwe, ikinure+,Akanwa kanje na ko gashikana ishemezo gakoresheje iminwa yuzuye akamo k’umunezero+.