Zaburi 129:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Abarimyi barimye ku mugongo wanje+;Barehuye imirongo yabo y’ubusizi.” Yesaya 51:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Kandi nzogishira mu kuboko kw’abagutera ishavu+, abakubwiye ngo: ‘Unama twijabukire,’ ku buryo wagira umugongo wawe nk’isi, nk’ibarabara ku bajabuka+.”
23 Kandi nzogishira mu kuboko kw’abagutera ishavu+, abakubwiye ngo: ‘Unama twijabukire,’ ku buryo wagira umugongo wawe nk’isi, nk’ibarabara ku bajabuka+.”