Zaburi 66:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Watumye umuntu buntu atugendera ku mutwe+;Twaciye mu muriro no mu mazi+,Uradusohora utuzana ku gutabarwa+. Zaburi 141:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Nka kurya umuntu asatura inkwi akazimanyagura kw’isi,Ni ko amagufa yacu yasanzajwe ku munwa w’ukuzimu+. Yesaya 51:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Kandi nzogishira mu kuboko kw’abagutera ishavu+, abakubwiye ngo: ‘Unama twijabukire,’ ku buryo wagira umugongo wawe nk’isi, nk’ibarabara ku bajabuka+.”
12 Watumye umuntu buntu atugendera ku mutwe+;Twaciye mu muriro no mu mazi+,Uradusohora utuzana ku gutabarwa+.
7 Nka kurya umuntu asatura inkwi akazimanyagura kw’isi,Ni ko amagufa yacu yasanzajwe ku munwa w’ukuzimu+.
23 Kandi nzogishira mu kuboko kw’abagutera ishavu+, abakubwiye ngo: ‘Unama twijabukire,’ ku buryo wagira umugongo wawe nk’isi, nk’ibarabara ku bajabuka+.”